Umugore wa Perezida Nkurunziza yatangaje abantu ubwo yaje mu rusengero ahetse umwana
— November 8, 2017
Please enter banners and links.

Ntibimenyerewe kubona umufasha w’umukuru w’igihugu aheka abana, ariko bisa naho ari ibisanzwe ku mufasha wa Nkurunziza Denise Nkurunziza kujya mu misa ahetse umwana, ibyo bikaba byagaragaye ku mafoto yagiye ahabona ari kumwe n’umugabo we, Perezida Pierre Nkurunziza w’u Burundi.
Bivugwa ko uwo mwana ahetse atari uwe, ahubwo ko ari mubo arera.
Ku mafoto BBC yashoboye kubona yafashwe ku munsi wa Mungu uheze, Madamu Denise Nkurunziza ari kumwe n’umugabo wiwe, Perezida Pierre Nkurunziza kw’isengero ry’ahitwa Gatsinda hafi y’i Buye aho avuka.


Mu Burundi ni ibisanzwe ku bavyeyi guheka abana canke ku bonkereza ahagaragara, ariko bo mu bisagara canke ku bakora ubuzi bwa none ni gake.
Bivugwa ko atari ubwa mbere umupfasoni w’umukuru w’igihugu agaragara ahetse umwana, ngo ni kuva kera bataranashika ku kirimba c’umukuru w’igihugu.
Umuto mu bana biwe bwite ararengeye kuba agihekwa, ariko ngo hari abandi bashika 20 afise mw’irerero ryiwe yise Umusamariya Mwiza barimwo abakiri bato cane bagihekwa.
Orlene yari ahetse ku wa Mungu ari muri abo.
Umwe mu bajenana bo ku kirimba c’umukuru w’igihugu, avuga ko iyo mwana muri abo akenewe kwitabwaho bidasanzwe aheza akamujana ku krimba, mu gihe uwubarera aba afise aberenga umwe, ngo umupfasoni w’umukuru w’igihugu aramwunganira mu guheka umwe nk’iyo bagiye gusenga.
Aya mafoto amaze gucicikana ku mbuga nkoranya mbaga usanga bamwe bavuga ko bigaragaza umuco abandi bakabinenga ko umugore wa Perezida adakwiye guheka umwana mu ruhame ariko abandi bakavuga ko ntacyamubuza kubera ko nawe ari umubyeyi nk’abandi.
2,697 total views, 1 views today

Misiyo rukokoma yo kwica Perezida Museveni no kuroga abayobozi bakomeye muri Leta (Vidiyo)
INKUBIRI Y’IMYIGARAGAMBYO Y’ABATAVUGARUMWE NA LETA Y’URWANDA IKOMEJE GUFATA INDI NTERA
Kuki Perezida Kahame akivuga kuri Gen Kayumba Nyamwasa nyuma y’imyaka 16 yarahunze Igihugu?(Reba Video)
Umunyamakuru akaba n’umuhanzi YAGO wahungiye muri Uganda yasabye imbabazi umuvugizi wa RIB
Umukozi wa ABASIRWA INNOC Bahati afatanije na Visi Perezida Muhizi barashaka kwiba Ishyirahamwe, Ibikoresho byo byamaze kwibwa(RIB) Nitabare
Uzi ahantu 8 ku mubiri w’umugabo wakora muri mu cyumba ukamuvugisha Igishinwa atarakize?
Umugabo wanjye yankuye kuburiri arara arongora mushikiwe
Shangazi:Umugabo nyamugabo igira igitsinda kireshya gute?
Leave a reply