Igipolisi cya Kenya cyafashe Abarundi baketsweho kujya muri Al Shabaab
— September 13, 2017
Please enter banners and links.

Igipolisi muri Kenya cyafashe abantu bane bivugwa ko ari Abarundi bakekwa kuba bari bagiye muri Somalia kwifatanya n’umutwe w’abarwanyi ba ki Islam, Al Shabaab.
Umuvugizi w’igipolisi, George Kinoti, yavuze ko abashinzwe umutekano biyoberanije bari bakurikiye abo bakekwa, hamaze kuboneka amakuru y’uko bari bagiye muri Somalia.
Yavuze ko abo bane bafatiwe ku kirindiro cy’abapolisi kw’ibarabara riri Isiolo, ku birometero 350 mu buraruko bwa Nairobi, berekeza ku rubibe rwa Kenya na Somalia mu muji wa Mandera.
Igipolisi kandi kivuga ko abo bane bari muri Kenya nk’abakerarugendo, mu mugambi wo kurengana ata ruhushya rwo kwinjira (visa) rukenewe, hagati ya Kenya n’u Burundi.
- Somalia: Al Shabaab yateye ikigo ca gisirikare kiri Kismayo
- Umugabo wahoze akomeye muri al-Shabaab yitanze
Abahagarariye u Burundi muri Kenya bavuze ko baza kugira icyo bavuga kuri iryo fatwa nibamara kuvugana n’abajejwe intwaro muri Kenya.


Si ubwambere abanyamahanga bafatirwa ku butaka bwa Kenya bagiye muri Somalia.
Mu kwezi kwa mbere uyu mwaka, umunye Tanzania yarafashwe n’abashinzwe imipaka agerageza kwinjira muri Somalia nta ruhusha, agiye kwinjira muri uwo mugwi w’abarwanyi.
U Burundi ni kimwe mu bihugu bifite abasirikare muri Somalia mu mugambi wo guhagararira amahoro w’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika, bagafasha leta ya Somalia gurwanya umugwi Al Shabaab.
2,621 total views, 1 views today

Misiyo rukokoma yo kwica Perezida Museveni no kuroga abayobozi bakomeye muri Leta (Vidiyo)
INKUBIRI Y’IMYIGARAGAMBYO Y’ABATAVUGARUMWE NA LETA Y’URWANDA IKOMEJE GUFATA INDI NTERA
Kuki Perezida Kahame akivuga kuri Gen Kayumba Nyamwasa nyuma y’imyaka 16 yarahunze Igihugu?(Reba Video)
Umunyamakuru akaba n’umuhanzi YAGO wahungiye muri Uganda yasabye imbabazi umuvugizi wa RIB
Umukozi wa ABASIRWA INNOC Bahati afatanije na Visi Perezida Muhizi barashaka kwiba Ishyirahamwe, Ibikoresho byo byamaze kwibwa(RIB) Nitabare
Umugabo wanjye yankuye kuburiri arara arongora mushikiwe
Uzi ahantu 8 ku mubiri w’umugabo wakora muri mu cyumba ukamuvugisha Igishinwa atarakize?
Shangazi:Umugabo nyamugabo igira igitsinda kireshya gute?
Mayor wa Kamonyi UDAHEMUKA Aimable yeguye ku kazi kubera impamvu zikomeye
Leave a reply