Yanduje agakoko gatera SIDA abagore 30 ku bushake
— October 30, 2017
Please enter banners and links.

Umugabo wo mu Butaliyani yagiranye imibonano idakingiye n’abagore 53 nyuma y’umwaka wa 2006, amaze kumenya ko agendana agakoko gatera SIDA.
Abagera ku 30 muri abo bagore bagendanye nawe barayanduye bituma bamurega.
Vatentino Talluto, afite imyaka 33, mu bo yanduje harimo uwo batangiye kuryamana afite imyaka 14 gusa.
Uyu mugabo yari azwi kw’izina rya “Hearty Style”, yarondera abo asuka, akoresheje imbuga za internet.
Hari bamwe bamusaba kwambara agafuko, akababwira ko aziranirwa iyo agakoresheje, abandi akababwira ko aheruka kwipimisha umugera.
Bamwe mu bo bagendanye bagarutse kumubaza igihe bamariye kumenya ko banduye, yababwira ko ko we ata mugera afise.
Uretse abagore yanduje mu migenderanire bwite bagiranye, hari abandi bantu bane yanduje barimwo umwana n’abagabo batatu.
Umushikirizamanza Elena Neri yabwiye sentare ko uwo mugabo ata wundi mugambi yari afise atari gukwiragiza urupfu.
Uwo mugabo, yabuze nyina afise imwaka ine, nawe nyene ahitanywe n’umugera wa SIDA no gukoresha ibiyovyabwenga, yabwiye sentare ko iyo biba gushaka gukwiza urupfu, atari kuruha agendana n’abamuzi bazi n’umuryango wiwe.
Yavuze ahubwo ko yari kuja kurondera bo yanduza mu badandaza umubiri ku munsi ku munsi mu bubare.
Urubanza rwiwe rwamaze masaha arenga 10 mu mwiherero, imbere yo gucibwa imyaka 24, ariko abashikirizamzanza bari bamusabiye iyirenze iyo.
2,814 total views, 3 views today

BYAKOMEYE UMUHUNGU WA HABYARIMANA YAHUYE NA TSISHISEKEDI ARASHAKA GUKURAHO KAGAME, KAYUMBA MURI CONGO
Abanzi b’u Rwanda bakomeje ibikorwa byo kurusebya mu Burayi bitwaje imyigaragambyo
AMASO ARARYA INDA IGASONZA KURI NOHELI AMASO YAWE YEREKE IBYIZA,UKWEYE KUREBA ABA BAKOBWA BEZA WASHAKA GUPFA
Amateka y’Umukecuru wabanye n’Umwami Kigeli V akabana na Gen Fred Rwigema na Perezida Kagame ari mu batangije ishuri ry’Umuco
Itohoza :Abanyarwanda baba mu mahanga bakomeje gusebya Leta y’u Rwanda bitwikiriye politiki n’uburenganzira bwa muntu
Uzi ahantu 8 ku mubiri w’umugabo wakora muri mu cyumba ukamuvugisha Igishinwa atarakize?
Uburyo ibiciro by’ingendo mu gihugu hose biteye nyuma yo kuzamurwa na RURA
Umugabo wanjye yankuye kuburiri arara arongora mushikiwe
Shangazi:Umugabo nyamugabo igira igitsinda kireshya gute?
Leave a reply