RDC: Igice kimwe cyagereza nkuru y’i Goma cyahiye
— August 2, 2017
Please enter banners and links.

Igice cya gereza nkuru yo mu mujyi wa Goma, Intara ya Kivu y’uburaruko muri Republika iharanira demokararsi ya Kongo carahiye, nkuko bishikirizwa n’abetegetsi b’iryo bohero.
Amakuru atangwa n’umwe mu bakozi bagereza utashatse ko izina rye ritangazwa avuga ko intandaro y’uwo muriro yavuye k’urwaruka rufungiwemwo rwaturiye ama matela baryamako kw’ishavu ry’uko bari bamaze imisi itatu badahabwa ibifungurwa.
Umukuru w’iryo bohero, Patrick Mukendi avuga ko amatohoza yatanguye ariko yirinda kuvuga intandaro y’uwo muriro.
Amabohero yo muri Kongo muri rusangi arimwo imbohe z’umurengera, ntatunganijwe neza kandi abanyororo babeshejweho n’imfungurwa bahabwa n’imiryango yabo.
M’ukwezi kwa gatanu, amabohero, ibiro vy’igiporisi vyaratewe mugihe ico gihugu kiri mubihe vy’uruhagarara rwa poritike, vyavyuwe nuko Perezida Joseph Kabila yanse kuva k’ubutegetsi inyuma y’aho ikiringo ciwe ca nyuma carangiye kw’itariki ya 20 z’ukwezi kwa cumi na kabiri 2016.
Imbohe ziharurwa mu majana zaratorotse inyuma y’ibitero ku mabohero yo k’umurwa mukuru Kinshasa no muri Béni, mu ntara ya Kivu y’uburaruko.
2,287 total views, 1 views today

Misiyo rukokoma yo kwica Perezida Museveni no kuroga abayobozi bakomeye muri Leta (Vidiyo)
INKUBIRI Y’IMYIGARAGAMBYO Y’ABATAVUGARUMWE NA LETA Y’URWANDA IKOMEJE GUFATA INDI NTERA
Kuki Perezida Kahame akivuga kuri Gen Kayumba Nyamwasa nyuma y’imyaka 16 yarahunze Igihugu?(Reba Video)
Umunyamakuru akaba n’umuhanzi YAGO wahungiye muri Uganda yasabye imbabazi umuvugizi wa RIB
Umukozi wa ABASIRWA INNOC Bahati afatanije na Visi Perezida Muhizi barashaka kwiba Ishyirahamwe, Ibikoresho byo byamaze kwibwa(RIB) Nitabare
Uzi ahantu 8 ku mubiri w’umugabo wakora muri mu cyumba ukamuvugisha Igishinwa atarakize?
Umugabo wanjye yankuye kuburiri arara arongora mushikiwe
Shangazi:Umugabo nyamugabo igira igitsinda kireshya gute?
Leave a reply