Abanyeshure batanu bishwe barasiwe kw’ishuri muri Kenya basambanya abakobwa ku ngufu
— October 14, 2017
Please enter banners and links.

Abanyeshure bagera kuri batanu hamwe n’umurinzi umwe biciwe mu gitero kw’ishure ryisumbuye mu buraruko bwa Kenya, hafi y’umupaka wa Sudani y’epfo.
Umukuru w’iryo shure yavuze ko uwari imbere muri icyo gitero ari umunyeshure yari yirukanywe kubera kurwana n’uwundi munyeshuri.
Yari yabwiwe kugaruka kw’ishuri azanye ababyeyi ariko ntabyo yakoze.
Kaminuza ya Nairobi yugawe kubera umutekano muke
Abanyeshuri baturiye uburaro ntibazimukira ahandi
Ahubwo, nk’uko bivugwa n’ababibonye, yagarutse kw’ishure yinyegeje mw’ijoro ari kumwe n’abandi bantu babiri.
Bivugwa ko barashe umurunzi bakamwica, bahita binjira mu buraro bw’ishuri bashaka umunyeshure yari yatumwe uwo wundi yirukanwa, ariko siho yari ari.
Bishe banasambanya ku nguvu
Ababibonye bavuga ko aba bateye bahise barasa abanyeshuri b’abahungu batanu, basambanya ku nguvu abakobwa babiri banakomeretsa abandi banyeshuri 18.
Ishyirahamwe ritabara indembe, Croix Rouge, ryo muri Kenya ryavuze ko ryatwaye kwa muganga abakomeretse.
Ishuri Lokichogio riri hafi y’umupaka na Sudani y’epfo hamwe na Ethiopia, kandi abungere bo mu bibano bihegereye bitwaza inkoho iyo baragiye.
3,157 total views, 3 views today

Misiyo rukokoma yo kwica Perezida Museveni no kuroga abayobozi bakomeye muri Leta (Vidiyo)
INKUBIRI Y’IMYIGARAGAMBYO Y’ABATAVUGARUMWE NA LETA Y’URWANDA IKOMEJE GUFATA INDI NTERA
Kuki Perezida Kahame akivuga kuri Gen Kayumba Nyamwasa nyuma y’imyaka 16 yarahunze Igihugu?(Reba Video)
Umunyamakuru akaba n’umuhanzi YAGO wahungiye muri Uganda yasabye imbabazi umuvugizi wa RIB
Umukozi wa ABASIRWA INNOC Bahati afatanije na Visi Perezida Muhizi barashaka kwiba Ishyirahamwe, Ibikoresho byo byamaze kwibwa(RIB) Nitabare
Umugabo wanjye yankuye kuburiri arara arongora mushikiwe
Uzi ahantu 8 ku mubiri w’umugabo wakora muri mu cyumba ukamuvugisha Igishinwa atarakize?
Shangazi:Umugabo nyamugabo igira igitsinda kireshya gute?
Leave a reply