Papa Francis yaguye hasi kuri Altar imbere y’abakiristu
— July 30, 2017
Please enter banners and links.
Umwungere wa kiriziya Gatorika Papa Fransis yasitaye ari kuri Altar agwa hasi imbere y’abakiristu isinzi bariko bakurikirana inkuka y’imisa yariko asomera muri Pologne. Iyo nararibonye y’imyaka 79 ari mu rugendo mu Majepfo ya Pologne, ahazwi nka Czestochowa, aho yahuye n’abihebeye Imana baturuka mu bihugu bitandukanye by’Isi.
Papa Fransis yasitaye igihe yariko amanuka ingazi [escalier] iva kuri Altar, mu gihe yari afite icotezo [encensoir ] atagatifuza abakiristu.
Umwungere wa kiriziya Gatorika Papa Fransis yasitaye ari kuri Altar agwa hasi imbere y’abakiristu isinzi bariko bakurikirana inkuka y’imisa yariko asomera muri Pologne. Iyo nararibonye y’imyaka 79 ari mu rugendo mu Majyepfo ya Pologne, ahazwi nka Czestochowa, aho yahuye n’abihebeye Imana baturuka mu bihugu bitandukanye by’Isi.
Papa Fransis yasitaye igihe yariho amanuka ingazi [escalier] ava kuri Altar, mu gihe yari afite icotezo [encensoir ] atagatifuza abakirisu.
2,496 total views, 1 views today
Leave a reply